Kishore Kumar Hits

Heavenly Melodies Africa - Ndi Uwawe (Bonus Track) şarkı sözleri

Sanatçı: Heavenly Melodies Africa

albüm: Overflow19


Reka Ubwiza bwawe bwuzure
Inkomezi zawe ziboneke
Ubushobozi bugaragare
Mwami ni wewe twipfuza
Yesu ni Wewe twiteze
Ingo ukore ibidasanzwe
Ko uri Imana nzima Imana Nkuru
Shitsa ubugombe bwawe
Mu bugingo bwanje
Mwami nditanze wese
Ndi uwawea
Reka Ubwiza bwawe bwuzure
Inkomezi zawe ziboneke
Ubushobozi bugaragare
Mwami ni wewe twipfuza
Yesu ni Wewe twiteze
Ingo ukore ibidasanzwe
Ko uri Imana nzima Imana Nkuru
Shitsa ubugombe bwawe
Mu bugingo bwanje
Mwami nditanze wese
Ndi uwawe

Поcмотреть все песни артиста

Sanatçının diğer albümleri

Benzer Sanatçılar