Kishore Kumar Hits

Peace & Love - Birahimbaye şarkı sözleri

Sanatçı: Peace & Love

albüm: Peace & Love: Collection, Vol. I


Nsicibuka ingene nabaho igihe ntaribwakumenye
Ibihe bibi wanyuzemwo igihe tutari bwamenyane
Urukundo rwawe gwuzuye
Rwampaye ikibanza nkwiriye
Umutima wanje uterera muwawe
Nkabura impwempu unyigiye kure
Nanje mbwira ico ushaka mpeze ngikore
Raba ndaje ntwar iyo gomba
Nduwawe bwite
Raba ndiyeguye nunyiharize mpeze mbuwawe
Ese igene biryoshe kwibera murukundo nuwi wakunze
Ese ingene bibereye iyo mukundanye nuwomwashimany
Birahimbaye caaane
Yooh caane
Biratey igomwe
Nsinunva ivyo bavuga nsimbona ivyo banyereka
Amahinyu amakosa kuwonkunda ntavyombona
Imiravyo iraravya
Imituragaro igaturagara
Umutima ntutirigane nguve mukibanza
Ntaco ninona
Ntaco nicura
Kuko nzi ko ndimwisenga ry urukundo
Ndaaaahiriwe ndaahiiiimbawe
Rukundo rwanje uri ubutore bwigendera
Jewe nawe ibiiihe vyoose
Kazoza kacu karahezagiwe
Ntawumeze nkawe
Ntawokwegereza rukundo gwawe ruraryosheeeeee
Ese ingene biryoshe kwibera murukundo nuwowakunze
Ese ingene bibereye iyo mukundanye nuwo mwashimanye
Birahimbaye caaane
Naninani caaane
Biratey igomwe
Biratey igomwe
Urukundo rwawe rwuzuye
Rwampaye ikibanza nkwiriye
Umutima wanje uterera muwawe eeeh
Nkabura impwemu unyigiye kureee
Birahimbaye biratey igomwe kwibera murukundooo
Ese ingene biryoshe kwibera murukundo nuwowakunze
Ese ingene bibereye iyo mukundanye nuwo mwashimanye
Bira birahimbaye caaaane
Biratey igomwe caaane

Поcмотреть все песни артиста

Sanatçının diğer albümleri

Benzer Sanatçılar