Kishore Kumar Hits

Peace & Love - Ndagukumbuye şarkı sözleri

Sanatçı: Peace & Love

albüm: Peace & Love: Collection, Vol. I


Iyabigihe cosubirinyuma
Nkabonubunyene jewe nae turikumw
Iyab isi yokwegerana
Nkabonubunyene jewe nae turihamwe
Nkisanga mu maboko uriko unkorakora nanje ndagukirigita, ndigadiga
Agatwengo nakayago wosanga arumunoni yamarubu nama ndakurota.yamarubu namandakurazirana
Ukwikangura nkagangabuka nagukabakaba nkakubura, neraguza hose nkakubura umubiri wanjeuu ukamerereza umutima wnjeu ugatuntuk yeeeh
R/ rukundoo rwanje ndagukumbuye giri unyaruke
Cheulii wnjx amaso yanje akumbuye ubwiza bwawe
Rukundo rwnjx fata indege gira unyaruke
Mwiza wnjx umutima wnjx urakurindiriy iyee iyee umutima wnjx urakurindiriy
Hooh aah rab imyaka ihaciye tutabonana kandi ukirino twaragumana
Urunwarunwa gwabaye gwinshi bakavugaguzwa ngo nturi umukunzi"nturumukunzi
Ngwiyombuwundi nogesa ubwino ww ukagesa ubwo hiyo ng ndondere uwundi kuk ntakamar. Ww ntukiri uwino
Bikansong ncuti kuko bankora mugisebe
Ndaguukunda kirezi ntaho vyova ngo nguhebjessyhugor

Поcмотреть все песни артиста

Sanatçının diğer albümleri

Benzer Sanatçılar