Dawe ndubahutse ndaje
Mbanje gupfukama imbere yawe
Unsukurire umutima nkuzaniye
Ugire imbabazi
Vyur'ikigongwe Dawe umbabarire
Ndatakamvye ungarure Dawe narazimiye
Vyur'ikigongwe Dawe umbabarire
Ndatakamvye ungarure se Dawe narazimiye
Kristu mwami umwe wese arakuzaniye
Intege nke ziwe
Kubw'ikigongwe cawe utubabarire
Vyur'ikigongwe Kristu tubabarire
Turatakamvye utugarure Kristu twarazimiye
Поcмотреть все песни артиста
Sanatçının diğer albümleri