Sinarinziko Imana Nkawe Yomanutse Kwisi kubwanje Ikampfira
Yomanutse Kwisi kubwanje Sinarinziko urukundo rwawe
Rusumvya Inkomezi urupfu Rukambohora
Umunyavyaha agaca ahinduka umugororotsi
Narahariwe Nduwidegemvya Umuco washitse mumutima wanje
Reka mvuge Kundutira vyose
Kwariwe wandondeye Ubwambere
Kwariwe wankunze Ubwambere
Kwariwe wandondeye Ubwambere
Kwariwe wankunze Ubwambere
Mbega umwana wumuntu niki aho wewe umwibuka?
Habuze gato ngo umunganishe nimana
Wamuhaye agaciro kanini Nikubwamaraso yawe
Narahariwe Nduwidegemvya Umuco washitse mumutima wanje
Reka mvuge Kundutira vyose
Kwariwe wandondeye Ubwambere
Kwariwe wankunze Ubwambere
Поcмотреть все песни артиста
Sanatçının diğer albümleri