Kishore Kumar Hits

Big Fizzo - Aratabura şarkı sözleri

Sanatçı: Big Fizzo

albüm: Fizzology


Izoo pro
Fizzo pond this
It's +257 baby
The bantu bwoy
Praaa
Watchaa
Uwo mukobwa aratabura
(Aratabura.annnh ennh)
Ni bihere ngende
(Aratabura... sindiko)
Gisoromandandura
(Aratabura yebaa)
Kinyenzi makwakwa
(Aratabura)
Reka ndakubwire kabugenzi
Ntibakubeshe
Ntawutamuzi
Uyo mukobwa ni ndangira
Batamuhananye
Baramusangira
Akunda uyafise
Agakunda abazungu
Saido wakina agapira
We akina abahungu
Aratwenga amenyo yose ukayabona
Erega ntagutwengera
N'umugesera
Kubera ama cash yawe
Umaze imisi uronka
Asigaye akubesha ngo aragukunda
Ntukigira amahoro usigaye umubundira
Ico agusavye cose urakimukundira
Ntiyahora akuvugisha
Ntucumva n'ivya bagenzi
Niyagutabagura nk'abandi
Uzorira uzoyinga
N'ugusara uzosara
Uwo mukobwa aratabura
(Aratabura.annnh ennh)
Ni bihere ngende
(Aratabura... sindiko)
Gisoromandandura
(Aratabura yebaa)
Kinyenzi makwakwa
(Aratabura)
Haciye amezi ntiyahora akuvugisha
Ariko ubu mubonanye murasarisha
Iyo akubonye induru arakoma
Akagusimbirako ku munwa akagusoma
Hari n'ibindi aguha mama atawubona
Urambara capote ingwara ni nyinshi
Uzorabe abo bigendana
Abera abirabura
Abangana n'inzu n'abasigaye ku dukankara
Abamota abanuka
Abagufi na barebare uduhungu n'abatama baheze imigongo
Ariko we akubesha ko ari incuti n'abagenzi
Abamuteye isoni avuga ko atabazi
Ntaraba ubwoko ntarab intara
Annnh
Ntavangura
Ingo z'abandi ntasiba kuzisambura
Yishakira amarare ama dolllaaarii
Uwo mukobwa aratabura
(Aratabura.annnh ennh)
Ni bihere ngende
(Aratabura... sindiko)
Gisoromandandura
(Aratabura yebaa)
Kinyenzi makwakwa
(Aratabura)
Hari umu type nzi mw'i cite yatembeje
Ntiyabona ko ama cash yiwe bayarembeje
Ico yamusaba cose yarakimugirira
Ico yipfuza cose yarakimugurira
Birigwa za plage basangira amanoti
Uwo mukobwa yari yaramwifatiye nka menoti
Umusi urizina amahera arahera
Umukobwa arigira ntiyanamusezera
Annnh
Sije nohahera
(Praaah)
Hohera uwo mukobwa yashatse ibintu birebire
Harya bavuga ngo amaronko menshi aziba amatwi
Nukūri!
Heheeheeh
Uwo mukobwa aratabura
(Aratabura.annnh ennh)
Ni bihere ngende
(Aratabura... sindiko)
Gisoromandandura
(Aratabura yebaa)
Kinyenzi makwakwa
(Aratabura)
Uwo mukobwa aratabura
(Aratabura.annnh ennh)
Ni bihere ngende
(Aratabura... sindiko)
Gisoromandandura
(Aratabura yebaa)
Kinyenzi makwakwa
(Aratabura)
ARATABURA!

Поcмотреть все песни артиста

Sanatçının diğer albümleri

Benzer Sanatçılar